Kuvayo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mugabo Farawo abishura ati: «Yehova ni nde+ ku buryo nomugamburukira nkarekura Abisirayeli+? Yehova sindamuzi na gato, kandi sindekura Abisirayeli+.» Zaburi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kubera ubwibone bwiwe, umubisha ntarondera kumenya Imana.Aguma yibwira ati: «Nta Mana iriho+.» Hoseya 13:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Barahagijwe n’uburagiro bwabo+.Barariye barahaga, batangura kwishira hejuru, baca baranyibagira+.
2 Mugabo Farawo abishura ati: «Yehova ni nde+ ku buryo nomugamburukira nkarekura Abisirayeli+? Yehova sindamuzi na gato, kandi sindekura Abisirayeli+.»