Yobu 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko abagenzi batatu ba Yobu ari bo Elifazi+ w’i Temani, Biludadi+ w’i Shuhi+ na Zofari+ w’i Nayama bumva ivyago vyose vyari vyamushikiye. Baca basezerana guhurira hamwe kugira baje kwa Yobu kumuremesha no kumuhoza. Yobu 4:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Elifazi+ w’i Temani aca yishura ati:
11 Nuko abagenzi batatu ba Yobu ari bo Elifazi+ w’i Temani, Biludadi+ w’i Shuhi+ na Zofari+ w’i Nayama bumva ivyago vyose vyari vyamushikiye. Baca basezerana guhurira hamwe kugira baje kwa Yobu kumuremesha no kumuhoza.