Yobu 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko abagenzi batatu ba Yobu ari bo Elifazi+ w’i Temani, Biludadi+ w’i Shuhi+ na Zofari+ w’i Nayama bumva ivyago vyose vyari vyamushikiye. Baca basezerana guhurira hamwe kugira baje kwa Yobu kumuremesha no kumuhoza. Yobu 8:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Maze Biludadi+ w’i Shuhi+ yishura ati:
11 Nuko abagenzi batatu ba Yobu ari bo Elifazi+ w’i Temani, Biludadi+ w’i Shuhi+ na Zofari+ w’i Nayama bumva ivyago vyose vyari vyamushikiye. Baca basezerana guhurira hamwe kugira baje kwa Yobu kumuremesha no kumuhoza.