ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 4:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 “Mbega umuntu buntu yoba intungane kurusha Imana?

      Umuntu yoba uwutyoroye gusumba Uwamuremye?”

      18 Raba n’abasavyi bayo ntibizera,

      mbere n’abamarayika* bayo irabatora amahinyu.

  • Yobu 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Ubugororotsi bwawe hari ico buvuze kuri Mushoboravyose*?

      Hari ico yunguka ngo ni uko ugumye uri intungane+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika