Yobu 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Emwe, womenga ni mwe mufise ubwenge mwenyene*,kandi womenga buzojana namwe nimwapfa! Yobu 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ariko nimubandanye amajambo yanyu,kuko nasanze ata n’umwe afise ubukerebutsi muri mwebwe+.