Zaburi 92:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ewe Yehova, ese ukuntu ibikorwa vyawe ari igitangaza+! Ivyiyumviro vyawe birimbitse cane+! Umusiguzi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ikintu cose yakigize ciza* mu gihe caco+. Mbere yashize ibihe bidahera mu mitima y’abantu, ariko ntibazokwigera batahura ibikorwa Imana y’ukuri yakoze kuva mu ntango gushika kw’iherezo. Yesaya 55:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 «Nk’uko ijuru riri hejuru y’isi,ni ko n’inzira zanje ziri hejuru y’izanyu,n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru y’ivyanyu+.
11 Ikintu cose yakigize ciza* mu gihe caco+. Mbere yashize ibihe bidahera mu mitima y’abantu, ariko ntibazokwigera batahura ibikorwa Imana y’ukuri yakoze kuva mu ntango gushika kw’iherezo.
9 «Nk’uko ijuru riri hejuru y’isi,ni ko n’inzira zanje ziri hejuru y’izanyu,n’ivyiyumviro vyanje bikaba hejuru y’ivyanyu+.