Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+, araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+ maze aba umuntu muzima*+. Yesaya 42:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri Yehova ivuze,Umuremyi w’ijuru akaba n’Imana ihambaye iriramvura+,Umwe yarema* isi n’ibiri kuri yo+,Umwe aha impemu abantu bayibako+,agaha n’impwemu abayigendagendako+: Ivyakozwe 17:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Eka mbere ntikeneye gufashwa n’abantu* nk’aho umengo hari ico ibuze+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima n’impemu+ n’ibintu vyose.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+, araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+ maze aba umuntu muzima*+.
5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri Yehova ivuze,Umuremyi w’ijuru akaba n’Imana ihambaye iriramvura+,Umwe yarema* isi n’ibiri kuri yo+,Umwe aha impemu abantu bayibako+,agaha n’impwemu abayigendagendako+:
25 Eka mbere ntikeneye gufashwa n’abantu* nk’aho umengo hari ico ibuze+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima n’impemu+ n’ibintu vyose.