ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 35:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Abantu baguma batabaza, ariko ntiyishura+,

      kubera ubwishime bw’ababisha+.

  • Zaburi 18:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Nzokurikirana abansi banje ndabahamvye.

      Nzogaruka ari uko ndabahoneje.

  • Zaburi 18:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Baratabaza ariko ntibaronke uwubakiza,

      bagatabaza na Yehova ariko ntagende abishuye.

  • Imigani 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Uwanka kugamburuka itegeko,

      mbere n’isengesho ryiwe rirashisha Imana+.

  • Yeremiya 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Yehova rero avuze ati: “Ngira ndabazaneko ivyago+ batazoshobora guhunga. Nibantabaza sinzobumviriza+.

  • Yakobo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 N’iyo musavye ntimuronka, kubera ko musaba mu ntumbero mbi yo gukoresha ivyo musavye kugira muhaze ivyipfuzo vy’umubiri wanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika