Esiteri 9:7-10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bishe na Parishanidata, Dalufoni, Asupata, 8 Porata, Adaliya, Aridata, 9 Parumashita, Arisayi, Aridayi na Vayizata. 10 Abo bari abahungu cumi ba Hamani mwene Hamedata, wa mwansi w’Abayuda+. Mugabo bamaze kubica bose, nta na kimwe babasahuye+. Hoseya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Igihe nabona Efurayimu mu buragiro butotahaye, yari imeze nka Tiro+.Ariko ubu itegerezwa kuzana abana bayo ngo bicwe.»
7 Bishe na Parishanidata, Dalufoni, Asupata, 8 Porata, Adaliya, Aridata, 9 Parumashita, Arisayi, Aridayi na Vayizata. 10 Abo bari abahungu cumi ba Hamani mwene Hamedata, wa mwansi w’Abayuda+. Mugabo bamaze kubica bose, nta na kimwe babasahuye+.
13 Igihe nabona Efurayimu mu buragiro butotahaye, yari imeze nka Tiro+.Ariko ubu itegerezwa kuzana abana bayo ngo bicwe.»