ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abuzukuru biwe,

      ariko ubutunzi bw’umucumuzi buzobikirwa umugororotsi+.

  • Imigani 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Uwongereza itunga ryiwe mu gusaba abandi inyungu+ y’umurengera,

      aba ariko aryegeraniriza uwufasha abakene+.

  • Umusiguzi 2:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Kuko Imana y’ukuri iha ubukerebutsi, ubumenyi n’umunezero umuntu ayihimbara+, ariko umucumuzi imuha igikorwa co kwegeranya ibintu no kubirunda kugira bihabwe umuntu ahimbara Imana y’ukuri+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa, ni ukwiruka inyuma y’umuyaga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika