Yesaya 10:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mbega muzogira iki umusi ivyanyu bizorabwa*+,igihe agatikizo kazoza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+?Mbega hoho muzosiga hehe ubutunzi* bwanyu? Amosi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Uwunyaruka ntazoronka aho ahungira+,uwukomeye ntazogumana inkomezi ziwe,kandi n’umurwanyi ntazonyaga amagara.
3 Mbega muzogira iki umusi ivyanyu bizorabwa*+,igihe agatikizo kazoza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+?Mbega hoho muzosiga hehe ubutunzi* bwanyu?
14 Uwunyaruka ntazoronka aho ahungira+,uwukomeye ntazogumana inkomezi ziwe,kandi n’umurwanyi ntazonyaga amagara.