Gucura intimba 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abahita ku nzira bose bakubita urushi ku rundi baguhema+. Bavuza agahwa bumiwe+ kandi bakazungiriza umutwe umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati: «Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: “Ni ubwiza butagira akanenge, umunezero w’isi yose+”?»
15 Abahita ku nzira bose bakubita urushi ku rundi baguhema+. Bavuza agahwa bumiwe+ kandi bakazungiriza umutwe umukobwa wa Yeruzalemu, bavuga bati: «Mbega iki ni ca gisagara bahora bavuga ngo: “Ni ubwiza butagira akanenge, umunezero w’isi yose+”?»