ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 146:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Impwemu* yiwe iramuvamwo, akisubirira mw’ivu+.

      Uwo musi nyene ivyiyumviro vyiwe bigahera+.

  • Umusiguzi 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Igikorwa cose uronse ugikorane inkomezi zawe zose, kuko ata gikorwa canke umugambi canke ubumenyi canke ubwenge* biri mu kuzimu+, aho uriko uraja.

  • Yesaya 57:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 57 Umugororotsi arazimangana

      ntihagire uwuvyitaho.

      Abantu b’intahemuka barakurwaho*+,

      ntihagire n’umwe atahura

      yuko umugororotsi yakuweho kubera* ivyago.

       2 Yironkera amahoro.

      Abagendera mu bugororotsi bose baruhukira ku bitanda vyabo*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika