1 Samweli 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Hana yari adundumiwe rwose. Atangura rero gusenga Yehova+ no kurira cane. 2 Abami 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ashikiriye umuntu w’Imana y’ukuri ku musozi, aca amufata ku birenge+. Gehazi aca aregera ngo amwigizeyo, mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri avuga ati: «Mureke aratuntuye cane*, kandi sinzi igituma kuko Yehova ata vyo yambwiye.»
27 Ashikiriye umuntu w’Imana y’ukuri ku musozi, aca amufata ku birenge+. Gehazi aca aregera ngo amwigizeyo, mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri avuga ati: «Mureke aratuntuye cane*, kandi sinzi igituma kuko Yehova ata vyo yambwiye.»