ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 20:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Imana y’ukuri imubwira iti: «Ndazi ko wabikoze ata co wiyagiriza. Ni co gituma nakubujije kuncumurako, sindakwemerere kumukorako. 7 Ubu rero numusubize umugabo wiwe kuko ari umuhanuzi+. Na we azotakambira Imana ku bwawe+ kugira ubandanye kubaho. Ariko ukabona utamusubije, umenye ko uzoca upfa, wewe n’abawe bose.»

  • Matayo 27:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Vyongeye, igihe yari yicaye ku ntebe y’imanza, umugore wiwe atuma umuntu ngo amubwire ati: «Ntihagire ico ugira uwo mugororotsi, kuko uyu musi narose indoto iteye ubwoba cane kubera we.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika