Yobu 37:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Inyuma y’aho ijwi rica risamirana.Iraturagara n’ijwi rikomeye+,kandi uwo muravyo ntuhagarara naho ijwi ryayo riba ryumvikanye. Zaburi 29:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ijwi rya Yehova ryumvikana hejuru y’amazi.Ijwi ry’Imana ininahaye riraturagara+. Yehova ari hejuru y’amazi menshi+.
4 Inyuma y’aho ijwi rica risamirana.Iraturagara n’ijwi rikomeye+,kandi uwo muravyo ntuhagarara naho ijwi ryayo riba ryumvikanye.
3 Ijwi rya Yehova ryumvikana hejuru y’amazi.Ijwi ry’Imana ininahaye riraturagara+. Yehova ari hejuru y’amazi menshi+.