ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Umuvumo wa Yehova uri ku nzu y’ababisha+,

      ariko umuhezagiro wiwe uri ku nzu y’abagororotsi+.

  • Imigani 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Umuhezagiro wa Yehova ni wo utungisha+,

      kandi nta mubabaro* awongerako.

  • Abaheburayo 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Vyongeye, umuntu adafise ukwizera ntashobora guhimbara Imana vy’ukuri, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho be n’uko ihemba abayironderana umwete+.

  • Yakobo 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Raba! Abihanganye tubona ko bahiriwe*+. Mwarumvise ibijanye n’ukwihangana kwa Yobu+ mwongera murabona ingene Yehova* yamuhezagiye+, murabona yuko Yehova* yuzuye ikibabarwe* kandi ko ari umunyembabazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika