Yobu 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ibitungwa vyiwe vyari bigizwe n’intama 7.000, ingamiya 3.000, inka 1.000 hamwe n’indogobwa* 500. Yari afise n’abasuku benshi cane, ku buryo yari umuntu ahambaye kuruta abantu bose bo mu buseruko.
3 Ibitungwa vyiwe vyari bigizwe n’intama 7.000, ingamiya 3.000, inka 1.000 hamwe n’indogobwa* 500. Yari afise n’abasuku benshi cane, ku buryo yari umuntu ahambaye kuruta abantu bose bo mu buseruko.