Yobu 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yobu aca yicara mu minyota+, araheza atora urujo rwo kwiyagaza. Yobu 30:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Amagufa yanje arara arandya* cane+,ububabare ntibwigera bumpa agahengwe+.