Zaburi 89:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Niwibuke ko ubuzima bwanje ari bugufi+. None waremeye ubusa abantu bose? Umusiguzi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ariko nzirikanye ibikorwa vyose nakoze n’igikorwa cose kitoroshe nabiriye akuya+, nasanze vyose ari ubusa, ari ukwiruka inyuma y’umuyaga+. Nta kintu na kimwe cari gifise agaciro nyako* munsi y’izuba+.
11 Ariko nzirikanye ibikorwa vyose nakoze n’igikorwa cose kitoroshe nabiriye akuya+, nasanze vyose ari ubusa, ari ukwiruka inyuma y’umuyaga+. Nta kintu na kimwe cari gifise agaciro nyako* munsi y’izuba+.