ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 7:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Kuki utombabarira igicumuro canje,

      ukirengagiza ikosa ryanje?

      Kuko ngira nipfire nisubirire mu mukungugu+,

      kandi uzondondera ariko ntuzombona.»

  • Yakobo 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzoba bumeze ejo+. Erega muri igipfungu kiboneka akanya gato kigaca kizimangana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika