Zaburi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 nca nibwira nti: «Umuntu buntu ni iki ku buryo umwibuka?Umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?» Zaburi 103:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Imisi y’umuntu imeze nk’iy’ivyatsi bitoto+.Ashurika nk’ishurwe ryo mw’ishamba+. Zaburi 144:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ewe Yehova, umuntu ni iki ngo umwitwararike?Umwana w’umuntu ni iki ngo umwiteho+?
4 nca nibwira nti: «Umuntu buntu ni iki ku buryo umwibuka?Umwana w’umuntu ni iki ku buryo umwitwararika+?»