ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Kuko amaso y’Imana yitegereza inzira z’umuntu+,

      kandi irabona intambuko ziwe zose.

  • Imigani 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Kuko inzira z’umuntu ziri imbere ya Yehova,

      kandi arasuzuma ivyo akora vyose+.

  • Yeremiya 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Kuko amaso yanje abona ivyo bakora vyose*.

      Ntibashobora kubimpisha,

      kandi ikosa ryabo ndaribona.

  • Abaheburayo 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.

  • 1 Petero 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Kuko amaso ya Yehova* ari ku bagororotsi, kandi amatwi yiwe arumva ugutakamba kwabo+, ariko Yehova* arwanya abakora ibintu bibi+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika