Yobu 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera iki ababisha babandanya kwiberaho+,bagasaza, mbere bakaba n’abatunzi*+? Yobu 21:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mugabo babwira Imana y’ukuri bati: “Twirekere! Ntidushaka kumenya inzira zawe+.