Gusubira mu vyagezwe 25:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yehova Imana yanyu niyamara kubakiza abansi bose babakikuje, akabaha akaruhuko mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo kibe intoranwa yanyu+, muze muzimanganye Abamaleki ntibasubire kwibukwa munsi y’ijuru+. Ntimuze muvyibagire.
19 Yehova Imana yanyu niyamara kubakiza abansi bose babakikuje, akabaha akaruhuko mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo kibe intoranwa yanyu+, muze muzimanganye Abamaleki ntibasubire kwibukwa munsi y’ijuru+. Ntimuze muvyibagire.