ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Ntiwokwubahuka gukora ikintu nk’ico, ukajaniranya umugororotsi n’umubisha, ku buryo bose bacirwa urubanza rumwe+. Ntiwokwigera ukora ikintu nk’ico+! Mbega Umucamanza w’isi yose ntazokora ibigororotse+?»

  • Zaburi 85:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ukudahemuka kuzonaga mw’isi,

      kandi ubugororotsi buzoraba kw’isi buri mw’ijuru+.

  • Yesaya 26:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Mw’ijoro ndakwipfuza n’umutima wanje wose,

      umushaha wanje ukaguma ukurondera+.

      Kuko igihe uciriye urubanza isi,

      ababa mu gihugu baheza bakiga gukora ibigororotse*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika