Zaburi 46:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Imana ni ubuhungiro bwacu n’inkomezi zacu+.Ni umutabazi yoroshe kuronka mu bihe vy’ivyago+. Zaburi 54:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kuko unkiza amagorwa yanje yose+,kandi nzokwitegereza ugutemba kw’abansi banje+.