ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Niwabona umukene ariko aracinyizwa mu karere ubamwo, ubutungane n’ubugororotsi bigahonyangwa, ntibize bikubabaze+. Kuko umutegetsi wese aba afise uwumurusha ubukuru amwitegereza, kandi abo bose haba hariho abandi babasumvya ubukuru.

  • Yesaya 10:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Baragowe abasohora ingingo ziteza ivyago+,

      bakama bategura amategeko yo gucinyiza abandi,

       2 kugira ngo bake abakene uburenganzira bwabo*,

      ntibatunganirize abarushwa bo mu bantu banje+,

      banyage abapfakazi,

      basahure n’impfuvyi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika