ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 91:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Imana yavuze iti: «Ko yankunze*, nanje nzomurokora+.

      Nzomukingira kuko azi* izina ryanje+.

  • Imigani 18:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Izina rya Yehova ni umunara ukomeye+.

      Umugororotsi arawuhungiramwo agakingirwa*+.

  • Yeremiya 16:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 «Ku bw’ivyo, nzobigisha bamenye.

      Ubu hoho bazomenya ububasha bwanje n’ubushobozi bwanje,

      kandi bazomenya vy’ukuri yuko nitwa Yehova.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika