2 Ngoma 20:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Mana yacu, none ntiwobacira urubanza ukabahana+? Twebwe nta co twishoboje imbere y’iri sinzi rinini rije kudutera kandi ntituzi ico twokora+. Ni wewe duhanze amaso+.» Zaburi 25:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nama mpanze amaso Yehova+,kuko ari we akura ibirenge vyanje mu mutego*+. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yaradukijije ako kaga gakomeye k’urupfu, kandi izosubira kudukiza. Turizigiye kandi ko izobandanya kudukiza+.
12 Ewe Mana yacu, none ntiwobacira urubanza ukabahana+? Twebwe nta co twishoboje imbere y’iri sinzi rinini rije kudutera kandi ntituzi ico twokora+. Ni wewe duhanze amaso+.»
10 Yaradukijije ako kaga gakomeye k’urupfu, kandi izosubira kudukiza. Turizigiye kandi ko izobandanya kudukiza+.