ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 45:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami gushika ibihe bidahera+.

      Agakoni k’ubwami bwawe ni agakoni k’ubutungane*+.

  • Ezekiyeli 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Nzorugira umusaka, umusaka, umusaka. Nta we ruzokwegukira gushika haje uwubifitiye uburenganzira ahabwa n’amategeko+, kandi nzorumuha+.”

  • Daniyeli 7:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nguma nitegereza ivyo neretswe mw’ijoro, maze mbona uwusa n’umwana w’umuntu+ azananye n’ibicu. Araheza yemererwa kuja aho Umwe wa kera cane+ ari, baramujana gushika imbere yiwe. 14 Aca ahabwa ubutegetsi+, iteka+ n’ubwami kugira ngo abantu bo mu moko yose, amahanga yose n’indimi zitandukanye bamukorere+. Ubutegetsi bwiwe ni ubutegetsi bwamaho, butagira iherezo, kandi ubwami bwiwe ntibuzokwigera busenyurwa+.

  • Ivyahishuwe 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ku mpuzu yiwe, emwe kw’itako ryiwe, hari izina ryanditswe ngo: Umwami w’abami n’Umukama w’abakama+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika