Zaburi 7:11, 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Imana ni Umucamanza agororotse+,kandi iguma itangaza imanza zayo* buri musi. 12 Iyo umuntu yanse kwigaya+, ica ikarisha inkota yayo+,igafora umuheto wayo, ikaguma iwuteguye+.
11 Imana ni Umucamanza agororotse+,kandi iguma itangaza imanza zayo* buri musi. 12 Iyo umuntu yanse kwigaya+, ica ikarisha inkota yayo+,igafora umuheto wayo, ikaguma iwuteguye+.