Zaburi 72:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Izina ryiwe rihambaye nirininahazwe ibihe vyose+,kandi ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+. Amen kandi Amen. Ivyahishuwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 «Ewe Yehova* Mana yacu, urabereye kuronka ubuninahazwa+, iteka+ n’ububasha+, kuko waremye vyose+, kandi ukugomba kwawe ni kwo kwatumye bibaho, biraremwa.»
19 Izina ryiwe rihambaye nirininahazwe ibihe vyose+,kandi ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+. Amen kandi Amen.
11 «Ewe Yehova* Mana yacu, urabereye kuronka ubuninahazwa+, iteka+ n’ububasha+, kuko waremye vyose+, kandi ukugomba kwawe ni kwo kwatumye bibaho, biraremwa.»