ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Bazotinya, baranduke umutima+.

      Kubera ububasha bw’ukuboko kwawe, bazoguma badakakaza nk’ibuye,

      gushika abantu bawe barenganye ewe Yehova,

      gushika abantu witoreye+ barenganye+.

  • Zaburi 76:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Azocisha bugufi indongozi zishima,

      atume abami bo kw’isi bagira ubwoba.

  • Yesaya 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Abantu bazokwinjira mu masenga y’ibitandara

      no mu vyobo vyo mu kuzimu+

      kubera ububasha buteye ubwoba bwa Yehova

      n’ubuninahazwa bwiwe buhambaye+,

      niyahaguruka kugira ngo atume isi ijugumizwa n’ubwoba.

  • Yeremiya 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mugabo Yehova ni we Mana vy’ukuri.

      Ni Imana nzima+ akaba n’Umwami w’ibihe bidahera+.

      Isi izonyiganyiga+ kubera ishavu ryiwe,

      kandi nta hanga rizokwihanganira uburake bwiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika