Zaburi 11:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+, intebe y’ubwami ya Yehova iri mw’ijuru+. Amaso yiwe arabona, amaso yiwe adakubita urugohe* arasuzuma abana b’abantu+. Imigani 15:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Amaso ya Yehova ari ahantu hose:aguma yihweza ababi n’abeza+. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.
4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+, intebe y’ubwami ya Yehova iri mw’ijuru+. Amaso yiwe arabona, amaso yiwe adakubita urugohe* arasuzuma abana b’abantu+.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.