Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Nezerwa mwa mahanga hamwe n’abantu biwe+,kuko azohora amaraso y’abasavyi biwe+,azokwihora abansi biwe+,kandi azotyorora* igihugu c’abantu biwe.» Abaroma 15:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Havuga kandi ngo: «Nezerwa mwa mahanga hamwe n’abantu biwe+.»
43 Nezerwa mwa mahanga hamwe n’abantu biwe+,kuko azohora amaraso y’abasavyi biwe+,azokwihora abansi biwe+,kandi azotyorora* igihugu c’abantu biwe.»