Yobu 27:8, 9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mbega umuntu atubaha Imana* hari icizigiro aba agifise iyo aranduwe+,iyo Imana imwatse ubuzima? 9 Mbega Imana yokwumva amaborogo yiweigihe ashikiwe n’ivyago+? Imigani 15:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Yehova ari kure y’ababisha+,ariko arumva isengesho ry’abagororotsi. Imigani 28:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwanka kugamburuka itegeko,mbere n’isengesho ryiwe rirashisha Imana+. Yesaya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Iyo mudugije amaboko musenga,ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+,sindabumviriza+.Amaboko yanyu yuzuyeko amaraso+. Yohani 9:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Turazi ko Imana itumviriza abacumuzi+, mugabo igihe umuntu atinya Imana kandi agakora ivyo igomba, iramwumviriza+.
8 Mbega umuntu atubaha Imana* hari icizigiro aba agifise iyo aranduwe+,iyo Imana imwatse ubuzima? 9 Mbega Imana yokwumva amaborogo yiweigihe ashikiwe n’ivyago+?
15 Iyo mudugije amaboko musenga,ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+,sindabumviriza+.Amaboko yanyu yuzuyeko amaraso+.
31 Turazi ko Imana itumviriza abacumuzi+, mugabo igihe umuntu atinya Imana kandi agakora ivyo igomba, iramwumviriza+.