Zaburi 34:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uyu murushwa yaratabaje, Yehova aramwumva. Yaramurokoye mu marushwa yiwe yose+. Zaburi 65:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Wewe wumva amasengesho, abantu b’ubwoko bwose bazoza iwawe+. Zaburi 116:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 116 Ndakunda Yehova,kuko yumva ijwi ryanje n’ugutabaza kwanje+. 1 Yohani 3:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara.
22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara.