2 Samweli 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ariko Dawidi afata igisagara ca Siyoni gikingijwe ibihome, ubu kikaba citwa igisagara ca Dawidi+. Ivyahishuwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ngize gutya, mbona wa Mwagazi w’intama+ ahagaze ku musozi Siyoni+, ahagararanye n’abantu 144.000+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ yanditswe mu ruhanga rwabo.
14 Ngize gutya, mbona wa Mwagazi w’intama+ ahagaze ku musozi Siyoni+, ahagararanye n’abantu 144.000+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ yanditswe mu ruhanga rwabo.