Imigani 14:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umunyabwenge* ariyubara kandi agaca kure ikibi,ariko ikijuju nta co kinezwe* kandi kiriyizigira birenze. Umusiguzi 8:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kubera ko urubanza rwaciriwe inkozi y’ikibi rutashizwe mu ngiro ningoga+, abantu ntibagitinya gukora ikibi+.
16 Umunyabwenge* ariyubara kandi agaca kure ikibi,ariko ikijuju nta co kinezwe* kandi kiriyizigira birenze.
11 Kubera ko urubanza rwaciriwe inkozi y’ikibi rutashizwe mu ngiro ningoga+, abantu ntibagitinya gukora ikibi+.