1 Samweli 17:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Dawidi na we yishura uwo Mufilisitiya ati: «Uje kundwanya witwaje inkota n’amacumu+, mugabo jewe nje kukurwanya nserukiye Yehova* Nyeningabo+, Imana y’Abisirayeli batonze urugamba, Imana wasomborokeje*+. Yeremiya 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Arahezagiwe umuntu* yizigira Yehova,Yehova akaba amizero yiwe+.
45 Dawidi na we yishura uwo Mufilisitiya ati: «Uje kundwanya witwaje inkota n’amacumu+, mugabo jewe nje kukurwanya nserukiye Yehova* Nyeningabo+, Imana y’Abisirayeli batonze urugamba, Imana wasomborokeje*+.