Zaburi 37:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Kuva nkiri muto gushika ubu nshaje,sindigera mbona umugororotsi yahebwe+,canke abana biwe basegerereza ibifungurwa*+. Zaburi 71:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ntumpebe mu gihe c’ubusaza+,kandi ntunte igihe utuguvu turiko turahera+.
25 Kuva nkiri muto gushika ubu nshaje,sindigera mbona umugororotsi yahebwe+,canke abana biwe basegerereza ibifungurwa*+.