ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Kuri uwo musi, muze musigurire abana banyu muti: “Ibi turiko tubikora kubera ivyo Yehova yatugiriye igihe twava mu Misiri+.”

  • 1 Ngoma 29:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Maze Dawidi ashemeza Yehova imbere y’ishengero ryose ati: «Ewe Yehova Mana ya data Isirayeli, nushemezwe gushika ibihe bidahera*. 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza n’ubuninahazwa n’icubahiro*+ ni ivyawe Yehova, kuko ibintu vyose mw’ijuru no kw’isi ari rwawe+. Ewe Yehova, ubwami ni ubwawe+. Ni wewe uri hejuru ya vyose.

  • Zaburi 78:2-4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Ngira nteranure akanwa mvugire mu migani,

      nshire ahabona ivyanyegejwe kuva kera+.

       3 Ibintu twumvise kandi tuzi,

      ivyo basokuru bacu batwiganiye+,

       4 ntituzobinyegeza abana babo.

      Tuzokwiganira urunganwe* ruzokurikira+

      ibikorwa vya Yehova bibereye gushemezwa be n’inkomezi ziwe+,

      ibintu vy’agatangaza yakoze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika