10 Kuva ubu, inkota ntizokwigera iva mu muryango wawe+ kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti.” 11 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ngira ndaguteze ivyago bizozanana mu muryango wawe+. Nzotora abagore bawe urorera, ndabahe uwundi mugabo+ aryamane na bo izuba riva+.