Zaburi 63:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ndahaze nk’uwuriye igihimba ciza kuruta ibindi kandi kinuze*.Ni co gituma akanwa kanje kazogushemeza, iminwa yanje ikakuririmbira+. Zaburi 104:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nzoririmbira Yehova+ ubuzima bwanje bwose.Nzoririmbira amashemezo* Imana yanje igihe cose nzoba nkiriho+.
5 Ndahaze nk’uwuriye igihimba ciza kuruta ibindi kandi kinuze*.Ni co gituma akanwa kanje kazogushemeza, iminwa yanje ikakuririmbira+.
33 Nzoririmbira Yehova+ ubuzima bwanje bwose.Nzoririmbira amashemezo* Imana yanje igihe cose nzoba nkiriho+.