Gusubira mu vyagezwe 4:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko ni mwebwe Yehova yatoye abakura muri ya furu ishongesha ivyuma ari yo Misiri, kugira mube ihanga ryiwe yigabira*+ nk’uko biri uyu musi. Gusubira mu vyagezwe 32:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko abantu ba Yehova ari bo mugabane wiwe+,Yakobo ni we ntoranwa yiwe+.
20 Ariko ni mwebwe Yehova yatoye abakura muri ya furu ishongesha ivyuma ari yo Misiri, kugira mube ihanga ryiwe yigabira*+ nk’uko biri uyu musi.