11 Nuko batangura kuririmba bahanahana+, bashemeza Yehova bongera bamukengurukira, «kuko ari mwiza, urukundo afitiye Isirayeli rukaba rwamaho ibihe vyose+.» Abantu bose baca bavuza akaruru n’ijwi rirenga bashemeza Yehova kubera ko umushinge w’inzu ya Yehova wari wubatswe.