ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 13:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Uwo muhango Imana yarawushikije neza ku bwacu twebwe abana babo, mu kuzura Yezu+. Ivyo birahuye n’ivyanditswe mw’izaburi ya kabiri, ahavuga ngo: “Uri umwana wanje. Uyu musi ncitse so wawe+.”

  • Abaheburayo 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nk’akarorero mu bamarayika, ni nde Imana yigeze kubwira iti: «Uri umwana wanje. Uyu musi ncitse so wawe+»? Canke iti: «Nzomubera se, na we ambere umwana+»?

  • Abaheburayo 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Na Kristu rero ntiyihaye iteka*+ ryo kuba umuherezi mukuru, ahubwo yarihawe n’uwamubwiye ati: «Uri umwana wanje. Uyu musi ncitse so wawe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika