Kuvayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ku murango Yehova yagendera imbere yabo mu nkingi y’igicu kugira abereke inzira+, mw’ijoro na ho akagendera mu nkingi y’umuriro kugira abamurikire. Ivyo vyatuma bagenda ijoro n’umurango+. Zaburi 78:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Yaciye ikurayo abantu bayo, ibasohora nk’ubusho bw’ibitungwa+,ibayobora nka kurya kw’ibitungwa mu gahinga.
21 Ku murango Yehova yagendera imbere yabo mu nkingi y’igicu kugira abereke inzira+, mw’ijoro na ho akagendera mu nkingi y’umuriro kugira abamurikire. Ivyo vyatuma bagenda ijoro n’umurango+.
52 Yaciye ikurayo abantu bayo, ibasohora nk’ubusho bw’ibitungwa+,ibayobora nka kurya kw’ibitungwa mu gahinga.