-
1 Ngoma 29:18, 19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu Aburahamu na Izahaki na Isirayeli, fasha abantu bawe baze bamane uwo mutima, utume imitima yabo iguma kuri wewe+. 19 Umuhungu wanje Salomo na we umufashe akurikize amabwirizwa yawe+, ivyibutswa utanga n’amategeko yawe n’umutima wiwe wose*+. Umufashe gukora ivyo bintu vyose no kwubaka urusengero* nateguriye ibikenewe+.»
-